Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie

1 voice
235 replies
  • Author
    Posts
  • #27901

    Uwugiye kwiba agafatwa agakubitwa ngo ni mandat 3, uwinjiriye umudamu wabandi akameswa ngo ni mandat 3, uwutukanye bakamukorerako ngo ni mandat, uwuheraniye uwundi bakamuvugutira ngo ni mandat ya 3, uwugiye kwiba umuzinga w inzuki ategetse inzuki zikamukorerako ngo ni mandat 3 , uwugiye kwiba mw isoko bakamuca intoke ngo ahubwo uyo niwe yararongoye abiyamiriza mandat ya 3 , uwucikije umukobwa wa bandi se w umukobwa akamumesesha ka Omo ngo ahubwo niwe yari yabaye uwambere mu kwiyamiriza ikiringo ca 3,
    ncuti zanje ntivyoroshe mugabo rero mwige gutandukanya ibintu nibindi.
    Nabitwaye nabi mu mahanga bose bitirirwa Peter, ubu koko muzogeza ryari kwambika ibara igihugu cabibarutse.

    #27903

    The regime in power in Rwanda attempted to eliminate dissidents and opponents in Belgium, announces Het Belang van Limburg based on solid evidence. Kigali would use it for efficient commandos sent in our country. The state security should already provide protection to more people.

    armored Mercedes

    The story began last year. A Canadian journalist Judi Rever, who wrote articles critical of the regime of President Paul Kagame, is on a working visit to Belgium. During his one-week stay, she must move armoured Mercedes accompanied by two officers of the Police, the newspaper writes.

    An agreement with the Sûreté

    The State Security obviously not comment on that, but Het Belang van Limburg was able to consult the agreement signed on this subject by Judi Rever and Belgian services.

    Canadian journalist also says: “The agent informed me that Belgium had serious reports that the Rwandan Embassy in Brussels was a threat to me.”

    Approached to liquidate opponents

    Het Belang van Limburg also collected testimony from a former ally of Kagame, Robert Higiro approached by Rwandan intelligence to liquidate opponents, he also gave testimony to Judi Rever.

    The story of Judi Rever is further confirmed by our colleague VRT, expert on Central Africa, Peter Verlinden who had the opportunity to meet last year in Belgium: she actually enjoyed this time of protection of a member of the Police, evidenced by the VRT journalist.

    Peter Verlinden also points out that many Rwandans are under protection, permanent or temporary, such as former Prime Minister Faustin Twagiramungu, possible target of death threats in May 2014.

    In pieces in the channel

    The VRT journalist who denounced the passage a “criminal and murderous” regime evokes for example the most tragic case Colonel Patrick Karegeya, a former head of the intelligence services, strangled by 1 January 2014 at a hotel in Johanesburg or what Rwandans found in pieces in the canal in Brussels, two cases that end up in the list of Rwandan opposition political assassinations abroad compiled by Het Belang van Limburg.

    #27905

    Léon Ntakiyiruta was the victim of an attack of two men armed with machetes on the night of this Monday, 8 August 2016 to 21 hours while he was on his way home. He received two shots with machetes one hand and on the back. The victim was rescued by a person who was passing through. His attackers fled immediately after the hurting.
    He was taken to the hospital for treatment of his injuries. On-site sources say that his health is not in danger. This observer of the rights of man for the account of the association for the protection of the rights of man and prisoners aprodh in the province makamba lived near the camp refugees of nakivare at mbarara district
    The Motives of this attack is not known. This defender of the rights of man was in exile since January 2016 after the suspension of the activities of his organization by the government. In Makamba Province, he was in charge of doing the monitoring on the violations of the rights of man and visits in the dungeons of the police.
    His family claims that he never ceased to suffer death threats related to his work. This is the second time in less than two weeks ago that another Burundians exiled in Uganda is the target of an attack by unknown persons.

    #27906

    KAMONYI: ABASHINZWE GUTORANYA ABARINZI B’IGIHANGO BASABWE GUSHISHOZA

    Itsinda ry’abashinzwe gutoranya abarinzi b’igihango mu byiciro bitandukanye basabwe kurangwa n’ubushishozi muri iki gikorwa; bagashimangira ko umuntu watowe yagaragaje ibikorwa by’indashyikirwa mu buzima bwe.Ibi babisabwe mu nama yahuje abagize komite yo gutoranya Abarinzi b’igihango ku rwego rw’Umurenge, mu mahugurwa y’umunsi umwe yabereye ku cyicaro cy’Akarere ka Kamonyi kiri i Gihinga mu Murenge wa Gacurabwenge kuri uyu wa kabiri tariki 09 Kanama 2016.

    #27908

    The Assembly of the countries of the East African community is to account for sanctions against Burundi.

    In the wake of a visit by the president of the assembly of the countries of the East African community is in the Senate. Rwandans, the honourable Daniel Kidega announced that his institution had heard and closely followed the series of measures taken by the Burundi against Rwanda in particular the Recent measure against the free movement of goods and people between the two neighbouring countries and belonging to this same community. Daniel Kidega explained has the press that he must have had to take measures against Burundi.

    Daniel Kidega has also announced that the assembled countries of the Eastern Africa will “urgently” an investigation into violations of the freedoms of people and goods on the borders between the two countries.

    The community of the Eastern Africa is made up of 5 countries including Burundi, Rwanda. Kenya, Tanzania and Uganda. A Convention of free movement of goods and people of this community binds the 5 countries that form.

    Since the crisis of April 2015, Burundi has taken measures against the Rwandan nationals, some of whom were killed and others put into prisons. There’s a week Bujumbura has forbidden of Rwandan transport companies to carry passengers and their property between the two countries.

    From 18 to 19 the presidents of the community had to meet in a mini-Summit to discuss the issue of security in Burundi.

    #27910

    BIKURUBIKURU MUVYATUMYE ABANYAGIHUGU BASHINGA CNDD-FDD NA FNL MUNYUMA BAKARWANYA BUYOYA BAGAFATA IGIHUGU MUMINWE.
    ___________________________

    -Abanyagihugu twariturembejwe nintwaro mbi yarihari icogihe.
    -Intwarombi yatwarira kumacakubiri y’intara n’amoko.
    -Intwaro mbi y’abasi ba democratie aho barangwa n’ama coup d’etat yurutavanako.
    -Intwaro mbi yaza mujeri yarangwa nugusesa amaraso yabanyagihugu ifatiye kumoko n’intara.
    – Intwaro mbi yarangwa nugahotoro aho nkumunyeshure yatsinze ikibazo mwishure wasanga amanota yawe bayahaye mujeri nawe ugasanga bakuyobeje.

    Ubu ahobigeze igihugu carafashwe gitwarwa nindongozi abanyagihugu twitoreye atankomanzi
    Mbe abobasi bademocratie kobaguma bafuruguta ngobagaruke kuducura bufuni nabuhoro bazoduca he? Ihibambewe ntantambwe bazotera kandi ntanintambara zizohaba bazohera nk’ifu yimijira.

    #27912

    AMAKURU AFITIWE GIHAMYA NI UKO INGABO ZA EMPIRE HIMA ZIYOBOWE NA PAUL KAGAME ,ZIMAZE IMINSI ZIRUNZE KU MIPAKA IHUZA U RWANDA N’UBURUNDI! AMAKURU IJISHO RYA RUBANDA RIFITE NI UKO MU IKI CYUMWERU AMAKAMYO Y’INGABO ZA EMPIRE HIMA YEREKEJE MU DUCE DUKURIKIRA AKABA AGENDA MU GICUKU ARIKO NTIBIBUZA INTAGOHEKA KUBONA AYO MAFUTI YOSE BARIMO! DORE UDUCE BANYUZEMO TWATAHUYE: BACIYE MU GACE KA NYAKIZU MURI BUTARE BATURUTSE MU BIGO BARI BIHISHEMO MU MUGI WA BUTARE BANYURA AHITWA MURI NYAKIZU BAMBUKA AGACE KO MURI GIKONGORO AHO NGO BITA NYARUGURU BAKOMEZA BEREKEZA IYA NSHILI AHO BINJIRIYE MU ISHYAMBA RYA NYUNGWE BAKABA BARI KWEREKEZA KU MUPAKA W’UBURUNDI, TUKABA TUBURIRA ABARUNDI KURIKANURA MURI AKA GACE TWAVUZE HEJURU! AKANDI GACE BIHISHEMO AKABA ARI MU BUGESERA, AHA HO ABENSHI BAMBAYE GISIVIRE BAKABA BATARI KWIGARAGAZA CYANE! IZINDI KAMYO ZABONYWE N’ABANTU MU MA SAA MUNANI Z’IJORO MU GACE KA GIKONGORO WEREKEZA CYANGUGU NGO AHO BITA GASARENDA IZI ZIKABA NGO ZEREKEZAGA MU GACE KA RUSIZI NGO ZIGAKOMEZA ZIJYA MU BUGARAMA! ANDI MAKURU TURACYAYABAKURIKIRANIRA, GUSA TWONGEYE KUBWIRA ABATURANYI BACU B’ABARUNDI KURIKANURA KUKO IGIHE ICYO ARICYO CYOSE IZI MPEHE Z’ABAHIMA ZISHOBORA KUBACENGERANA KANDI TUBASAVYE KUZIVUNA! INKURU IKURIKIRA TURABAGEZAHO UDUCE TWIZEWE BARI GUSHAKA KWINJIRIRAMO! TUKABA KANDI TWONGEYE KWIHANANGIRIZA KAGAME UGIYE KONGERA KUROHA ABANA B’URWANDA MU RWOBO ATAZIKURAMO, AKABA AGIYE GUPFAKAZA ABABYEYI BENSHI,AKABA AGIYE KONGERA KUGIRA ABANA BENSHI IMFUBYI! NGO UTEGURA INTAMBARA NTUMENYA UKO IZAKURANGIRANA NAKUBWIRA IKI PAHULO WE!!!

    #27914

    Uyu muganbwe nibazako woba utaramenya neza abariko barahekura igihugu! Uku kwiyobagizako, ari ububirigi,cenared,hamwe na kagame aribo bariko baragandagura abayagihugu birababaje. FLP murabo gusengerwa. Ikindi naco NYENICUBAHIRO ntakiringo c’agatatu aragira, igikenewe FLP noyihanura gusoma neza constitution y’UBURUNDI kuko amasezerano ya Arusha atazobandanya ari ngenderwako mukuyobora igihugu. Amasezerano ya Arusha afise intango n’iherero ari naco gituma constitution yashizweho, nayo ibisigaye n’ukudebagura. Umuhima nawe ahava akagera,n’amenyeko ubutegetsi butangwa n’abanyagihugu, kandi ko ukwica intwanzangabo canecane bisunga abahutu, ukwica abanyagihugu mama mutera utugrenade mu tubare canke kwiha kugandagura bunyamaswa abategetsi bitorewe n,abanyagihugu,ibi ninba mwibazako bizotuma Reta ija muvyo mwita ibiganiro uku n’ukurazirana,ukurota kumurango hamwe no kwihenda gukomeye. NYENICUBAHIRO wewe nimukorunbone nitwabonako ari ngombwa tuzomwongera kandi biranashoboka.

    #27915

    AMAHORO nimigisha bibe kubari mwisi mwese cane cane abafise inzara ninyota vyo kugororoka

    Amahoro nimigisha bibe kubarubdi nabarundikazi bashasha aribo bagire binjire UBURUNDI BUSHASHA igihugu c’Amata n’Ubuki kitazotwagwa n’Imigambwe n’Amoko.

    IKIGO C’IBIBONDO (centre des Enfants) UBURUNDI BUSHASHA. Ico kigo kirateye AKAMO abakristo bose numutima, abafise ingabire yurukundo go mubikogwa atari ugo kumunwa gusa.

    Ko umukristo wese yogerageza kugira urukundo cane cane muri bino bihe bibi kuburundi. Ncuti za Yesu aho muri hose kwisi,

    Mwibuke ko naho Abarundi twese turi mubibazo ariko tutanganya kubaho. Niyo mpamvu IKIGO C’IBIBONDO kibateye AKAMO ko gufasha IBIBONDO bigorewe mukambi zitandukanye aho Abarundi bahungiye hose.

    Murizo nkambi harimwo IMPFUVYI nyinshi. Harimwo abana bo mwibarabara batagira aho baba. Ndetse NUBURUNDI Impfuvyi ziruzuye nabana bo mwibarabara.

    Rero mwebwe mwagiriwe Ubuntu mukaba harico mushoboye gufashisha ivyo IBIBONDO, ico kigo kibibukije kubagarukirako uko ubushobozi bwanyu bungana. Wewe ufise agahuzu, wewe ufise akanoti, wewe ufise utwo kurya, eka mwese muhaguruke mugarukire kurizo mbabare.

    Ivyo nubikora kuko nawe uwo mwana wawe yavutse nkabo turiko dutabariza. Rero nubikora bizotuma wibukwa nImana kumusi wamakuba.

    Reka kwica amatwi harico ushoboye. Fasha. Genda mukambi mubafashe canke muje aho mugihugu..

    Mugende mukambi nka NAKIVALE, NYARUGUSU, NDUTA, MUTENDERI, RUSENDA NAHANDI.

    Mwebwe mudashobora kuhashika nimuje aho hafi yanyu Impfuvyi ziriho nabana bo mwibarabara.

    IVYAKOZWE NINTUMWA 9 :36

    Abitegute kumvira aka kamo bose tubasabiye imigisha iboneka mugitabo co GUHARURA 6 :24 – 26.

    Ubu butumwa mubushikirijwe ni :

    IKIGO C’IBIBONDO.
    CENTRE DES ENFANTS “UBURUNDI BUSHASHA”

    Mushora kuturondera kuri Watsapp zikurikira :

    Muhimpundu Lambert +256773704653.

    Manirakiza Richard +250787584814.

    Canke mukadutelefona kurizi numero zikurikira :

    Muhimpundu Lambert +25779487051, +25775487051, +256773704653, +250789922473.

    Manirakiza Richard +250782002591.

    Canke mugaca kuri Email yacu ariyo :

    Muhimpundula@gmail.com

    #27916

    Akamaro k’ICAMWA C’UMUCUNGWE(A) kumagara ya Muntu. Umucungwe n’icamwa kiri hose kw’isi ariko gifungura bake,abenshi ntibazi akamaro kaco. Imicungwe ifise inkomezi nyinshi,igakemura nibibazo vy’ubuzima.bita ri bike nko kubantu bafise ingorane za Hasima,Umusonga ,Rhematisme,igi tuntu,Bronchite ,sunisite,kugum igwa,n’izindi,iyo bafunguye imicungwa ivyo bibazo birapunguza ubukana hari nabakira. Umucungwe urafasha cane kubashaka guheba inzoga iyo banyoye umutobe w’umucungwe bameregwa neza bikabafasha guheba itabi burundu. Mumucungwe harimwo ingaburo bita”Betacorotene” ikingira ibigize umubiri.Harimwo nivyunyunyu nka :Calcium:ikingira igakomeza amagufa n’amenyo. Magnesium:ifasha kugira umutima ukore neza.Acide folique: ituma ubwonko bukora neza.Potasium: ifasha ibihimba vyo mu mutima gukora neza.Thiamine(V it B1) ifasha guhindura ibifungurwa tuba twafunguye mugutanga inguvu.Vitamine B6:ituma umwuka wa Oxygene uja mubihimba vyose vyumubiri.”Musa bwe gufungura ivyamwa kubwinshi na cane cane IMICUNGWE.

    #27917

    umukuru w-ibohero rikuru rya Mpimba Grégoire Nimpagaritse hamwe n-icegera ciwe Sandrine Kanyamuneza bapfungiwe mu gasho k-igendereza mu gisagara ca Bujumbura.Bagirizwa kuba barahaye uruhusha rwo kwivuza hanze y-ibohero umunyororo yafashwe kuwa 5 myandagaro yagirizwa kuba ari we azana ibigwanisho ku butaka bw-Uburundi abikura mu Rwanda,umunyororo yahavuye atagaruka mw-ibohero.uwundi yafashwe arapfungwa ni umukuru w-ivuriro riri mw-ibohero rya Mpimba Angleberthe Vyamungu.

    #27918

    Umugambwe IMBONO CHARISMA wa Audifax Ndabitoreye wavuye mu runani CNARED- GIRITEKA nkuko biri mw-ikete umukuru w-uwo mugambwe yandikiye Jean Minani arongoye urwo runani.Audifax yoba agiye gufata inzira y-intambara?mu ngingo 3 yasiguye zatumye we na REVOLUTION-HAGURUKA ava muri urwo runani,ingingo ya 3 igira iti:”ibiganiro ni wo muti mwiza wo gutorera inyishu ibibazo.ariko iyo Nkurunziza n-abo bari kumwe bahisemwo inzira yo kwica no guhonya abandi kandi bakigisha urwaruka kuja kwica,guhohotera,gufata abakenyezi ku nguvu babahora ko badasangiye ubwoko canke ivyiyumviro,umuti wonyene uhari ni kugwanya n-ukuzimanganya ivyo vyiyumviro.ariyo mpamvu tubona ko igihe turimwo hataragera ko haba ibiganiro kubera ko mu gihe muvuga ibiganiro, Nkurunziza we aba ariko yica kandi ategura intambara…

    #27919

    Ku Musi w-ejo wa Mungu umugwi w-abamenyeshamakuru b-ikinyamakuru IWACU waratoye ikiziga kireremba cagomewe n-amabuye ku ruzi Mubarazi,hagati y-imisozi ya Burambana, Nyabisiga Na Ruyenzi ya komine n-intara ya Muramvya.Ico kiziga catowe coba ari ic-umumenyeshamakuru Jean Bigirimana yakorera IWACU cari kimaze kubora.ku musi wagatandatu wa hirya y-ejo,uwo mugwi w-abamenyeshamakuru ba IWACU wari wagize isekeza ryo kurondera ikiziga ca Jean ku ruzi mubarazi Bigirimana uri kumwe n-umugwi userukira CNDIH,umushikirizamanza Kizigenza wa Muramvya,abakozi b-igendereza hamwe n-igipolisi ariko bakaba batari batoye ico kiziga. ingene iryo rondera ryagenze.

    #27920

    Umushikirizamanza kizigenza wa Repubilika Valentin Bagorikunda aherutse kwandikira umukuru w-ugwego gw-abashingwamanza amusaba gukura ku rutonde rw-abashingwamanza b-i Burundi Armel Niyongere, Vital Nshimirimana, Dieudonné Bashirahishize hamwe na Lambert Nigarura kuko bakwirikiranwa n-ubutungane.abo bashingwamanza bagirizwa kugira uruhara mw-itembagazwa ryaburijwemwo ry-ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza,bamwe muri bo bakaba baronderwa n-imitahe mpuzamakungu.Bamwe mu bashingwamanza bavuga ko abo bagenzi babo boba bariko bazira ko ari bo bashikiriza ivyegeranyo bikorerwako na sentare mpuzamakungu CPI hamwe n-ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

    #27921

    uyu musi wambere ni ho abanyeshure bahejeje amashure yisumbuye barenga gato ibihumbi 43 batangura gukora ikibazo ca Leta kibaha uburenganzira bwo kwinjira mu zakaminuza.ico kibazo kizomara imisi 4 kikaba kiriko gikoregwa mu bibanza birenga amajana 6 na kimwe kiri i Nairobi cuguruwe n-umushikiranganji ajejwe inyigisho Janvière Ndirahisha kuri lycée du lac Tanganyika.Mu vyo uwo mushikiranganji yamenyesheje nuko ico kibazo gitandukanye n-ibindi vyari bimaze gukorwa kuko Leta izofata gusa amanota umunyeshure yarose mw-ico kibazo mu gihe kare bahora bafata amanota y-umunyeshure yarose mw-ishure bagashira hamwe n-ayo mw-ico kibazo.ikindi yamenyesheje nuko kandi Leta iriko iriga gukuraho ivyo kwongera amanuta-coptation.

Viewing 15 posts - 166 through 180 (of 236 total)
Topic tags

You must be logged in to reply to this topic.