Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
Ambassadeur Albert Shingiro ahejeje kumaramarira a New York aho ngo yaraherutse kwizeza Nkurunziza ko ata resolution nimwe izigera yemezwa kubera chine na ba rusiya. None ibihejeje kubera new York biramuteranije na Nkurunziza ubutagisubirana. Uko vyagenze nuku : President Magufuri wa tanzaniya niwe yasavye aba chinois kutongera gushigikira uburundi muri ONU aba chinois nabo kubera inyungu nyinshi bafise muri tanzaniye baciye babikuriza. President Museveni nawe yasavye abarusiya kobatosubira guhirahira ngo bashigikire uburundi muri ONU , abarusiya nabo kubera ibigwanisho vyinshi vya rutura igihugu ca Uganda kigurira muburusiya, abarusiya baciye babikyrikiza. Uburero Albert Shingiro , ubu naho agiranye ikibazo na Nkurunziza kubera ububeshi. Leta y’Uburundi yahagurukiwe n’amakungu tenyenya gato aho bukera imyiyerekani ya police , igisirikare, n’imbonerakure iratangura vuba yokwiyamiriza Nkurunziza.