Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27715

L17/07/2016 Amakuru Turiko Turaronka Nuko Uwitwa ‪#‎ernestomandera‬ Yoba Yafaswe Nabakozi Biperereza Kandi Koyoba Yiswe Namakuru Tukitohoza Yatanzwe Nimbonerakure Yiyita ‪#‎badjilasylla‬ Ariwe Atanga Kumbuga Abicwa Naba Pfungwa Ahoya Kwiragiza Amafoto Yamandera Yemera Namahera Kuwuzofata Mandera Kwarikumwica Turaga Bishije Iyo Mbonera Kure Nayone Kumwanya Numwanya Mandera Aka Bura Konawene Ataho Azodusi Gira Yaba Yarazi Abarundi Ntaba Atanga Abapfa Naba Pfungwa Kuko Ariko Yimbira Icobo Umugore Nabana Yavyaye Nawene Kuko Muboyafatishije Canke Abavuye Mugisoda Bagakinjura Harimwo Intwaza Ngabo Ndahojeje Imiryango Igowe Yugarijwe Namaganya Kovuba Komugiye Kwishurwa Ndagabisha Uwowese Ari Muri Reta Ya Nkurunziza Ko Azobazwa Ivyo Yakoze Vyose Namwe Barundi Bandanya Mwandika Intonde Zizo Mbonerakure Nabasoda Naba Police Bigenza Nabi Nabandi Turazi Komutavuga Mubi Gire Mwibanga Kurya Twababwiye Isaha Nitariki Nuwo Akoreye Ikibi Ico Tuzokoza Izonkozi Zikibi MBEMURA CABONA ABITWA ABAJERERE BOKURI BUYOYA NIMUHAKURE ICIRWA.