Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#28429

Abakunda Igihugu Mwese Muka Nacitangira Ndabipfurije Umwaka Mushasha. Abenegihugu Mwese Aho Muri Mureme Ntantambara Izongera Kuba Mu Burundi, Nuturwi Tugerageje Kuwatsa Ucuzimira Kuritwo Nyene, Hakurya I Kongo Buriyo Bwavuye I Mahama Ariko Ntaho Buzoca Kuko Imbibe Ziracunzwe Neza. Ubu Namira Kwishanga Gucungako Atakokwikika Muruja Nuruza Rwaba Kongomani Binjira Mu Burundi. Icombona Coco Buzoherera I Kongo.