Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#28414

NDONGEYE KUBARAMUTSA UMWE WESE MUCUBAHIRO IMANA YAMUTIJE.NAGIRE MBAZE ABANTU BARIGUKWIRAGIZA IBIHUHA BACAFUZA INZEGO BAHENDA ABENEGIHUGU NGO< Mwatoye Nabi Ngo None Nguyo Umuhero Urashitse> MBEGA YEMWE NTIMURAMENYA UWUTANGA AKONGERA AKAKA?1 kuki haba coroteje y’abageni hakaba niy’abagiye kumaziko?2 kuki haba uwurizwa nuko atwaye imbanyi uwundi yayibuze?3 kuki mwitoza umwe akabura amajwi undi akayaronda? 4 kuki umwe avuka undi agakoroka ataragera?5 kuki wewe uri kunywa ufungura undi arimwo serum?6 kuki uronka umuryango undi ari rugenda yonyene? IZUBA RYAMYE RYAKA TURABISANGA MUMIGANI, NONE HATWARA CNDD FDD! CANKE KURI SODOMA NAGOMORA HATWARA PAPA BURUNDI! KURI NOWA HATWARA NDE! IGARURE MWEMERE NKURUNZIZA