Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
Mwiriwe Cankemwara Mutse Bivanye Naho Muherereye Nibitera Soni Ibiriko Bikorwa Nintwarombi Yomuburundi Amaku Dukura #INGOZI Mwibohero Rikuru Nuko Aba #POLICE Barashe Umunyororo Yagomba Gutoroka Kubera Yejejwe Bakanka Kumurekura Uwutwara Iryobohero Ngo Umunyororo Yagurishije #Ubureta Yiherewe Na #Kuruwaruje Aho Uwo Atwara Iryobohero Ubwoyatse Izo Mpfungwa Aca Abugurisha Amakuru Dukura Bujumbura Nuko Agashavu Arikeshi Kababa Mugisagara Kubera Batozwa Amahera Meshi Yokuriha Ikaye Yabaza Kubaraba Ahayo Mahera Ariyo Ahemba Imbonerakure Nagashavukeshi Kubagenzi Bumuhisi Police Yafatiye Kuri Bata Aho Uwomunya Gihugu Yafashwe Nabi Ahitamwo Kwiyahura Yicishije Urwembe Aho Yapfuye Nabi Nibitera Soni Kubera Abantu Basigaye Babaye Abihevyi Ninagashavu Kubona Uko Ibiciro Muburundi Biduga Kumusi Kubera Ibihano Reta Yicaduka Yizibiriyeko Igitoro Cabaye Umuzi Wibuye Abagendesha Amakinga Nama Moto Agashavunikeshi Kuba Barugaye Ibiraro Bija Mugisagara Aho Bidoga Kubera Cndd Fdd BagizeUmusimukuru Babagendanira Babah.