Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27922

CNDD‬-FDD:umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi wibukije Leta ko igenekerezo ya 2 myandagaro ikwiye kuba ntibagiranwa mu mateka y-Uburundi,ikazokwama ihimbazwa n-abuzukuru n-abuzukuruza.nk-uko tubikesha itangazo numero 014/2016 ryasohowe n-uwo mugambwe igihe uyu musi ari ho wibuka umwaka urangiye L.Gén Adolph NSHIMIRIMANA agandaguwe nabo wita ko ari abasi batipfuza ko demokarasi itsimbatara mu gihugu cabo,wasavye abagumyabanga bose “guhinduka ba L.G Adolph Nshimirimana” mu gufatira akarorero kuri iyo ntwari.wasavye kandi abagumyabanga bose “gufatana mu nda bakunga urunani rumwe” nkuko iyo “ntwari” itahengeshanya kubigaragariza abarundi n-amakungu.umwaka urarangiye mu gihe ukuri ku bwicanyi bwakorewe L.Gén Adolph Nshimirimana [co kimwe n-ubundi bwicanyi butari buke]kutaramenyekana.