Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
December 7, 2016 at 7:17 pm #27877
Leta Y’ Uburundi, Twebwe Abenegihugu Twagutoye Turashimye Ingingo Waraye Ufashe Yokubuza Imiduga Yu Rwanda Kwinjira Kugataka Ku Burundi. Turakengurutse Kandi Vyimazeyo Kubona Ubuza Abarundi Gushora Ibifungurwa Mu Rwanda. Ingaruka Ziyo Ngingo Zatanguye Kwigaragaza Kuri Twebwe Dukunda Akagari Nakaboga, Ubu Ikilo C’ Indagara Ni 5000 Fbu Murumva Ko Urwanda Rwari Rutunzwe Ni Gihugu C’ Uburundi. Leta Yacu Dukunda Imana Ikujimbere Muvyukora Vyose.v