Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
December 7, 2016 at 7:16 pm #27876
Musitanteri Wa Komine Gihanga, Bubanza Mugabe Mwarinjiranywe Mutabizi. Abansi Big’ Igihugu Bava Muri Kongo Bakambukira Hagati Ya Komine Buganda Na Gihanga Bagaca Baduga Muri Zina, Bakabandanya Muri Zone Mu Ramba Ya Komine Bubanza ,Bakabandanya Badugenda Nomuri Komine Bukinanyana Bagaca Binjira Ikibira Atacamira. Dusavye Abo Vyega Bafate Ingingo Ruhasha.