Rwanda › Forums › Burundi › Burundi Today › Reply To: Burundi Today
December 5, 2016 at 7:54 pm #27621
Abanyagihugu bo mu KAMENGE twese hamwe tubwiye Abakeba bose iyo bava bakagera baguma batwipfuriza inabi yuko:
TURIHO, TUZOKWAMAHO KANDI DUTEGEREZWA KUBAHO
HADUGA, HAMANUKA HANYERERA #TUZOBASONGAKO kuko mu KAMENGE ni SONGA MBELE gusa ivurwayo yonyene.
KAMENGE hatuludi_nyuma_kamwe.
VIVE_BURUNDI_BWACU
VIVE_KAMENGE
VIVE_HEHA
VIVE_KAVUMU
VIVE_GIKIZI
VIVE_SONGA
VIVE_TEZA
VIVE_TWINYONI
VIVE_GITURO
VIVE_MIRANGO_1&2
Nawe nimba Abanyakamenge ubashigikiye ku mugambi bafashe kanda “J’aime” na “comments” yo kubashigikira
INKONA NTIYARUZWA KIRAZIRA