Rwanda › Forums › Burundi › Burundi Today › Reply To: Burundi Today
Abatavuga Rumwe n’ubutegetsi bw’iburundi abenshi muribo baramaze guta icizere kuvyo baharanira,uko iminsi ihera n’iko bata ingivu,aho n’imugihe ivyo Reta y’ibujumbura isabwa hakwirikijwe Amasezerano ya Arusha ivyinshi yarabisize Mungiro kuko nka 60% kubahutu na 40% kubatutsi nokwiyibagiza ubwoko bwa Batwa bikaba vyarasizwe Mungiro.n’ico gituma Abizeye ko i Biganiro vya ARUSHA ko harico bizoshikako Mugihe bicaranye na Reta y’uburundi bokura icizere,kuko Ivyinshi Mubizosabwa nka 80% yarabisize Mungiro havuyemwo gusa ikibazo ca Mandant ya 3,n’icumutekano.Amwe mumazina amenyerewe muri Politique y’Uburundi arashobora kw’ibagigwa burundu,hakazosigara “HARIHO na HARABAYE” “Mperaheze Mvuga ati: HARAKENEWE AMARASO MASHASHA N’IVYIYUMVIRO BISHASHA Muri Politic y’Uburundi.”Mugire Agatondo Keza Aho Iwanyu! “Murikumwe nanje Dr KIJANA.Tuguye kandi kwama twiyagira tubwirana bishasha akaruhuko kaheze.Ariko Amakuru Menshi Muzohora Muyasanga kuri Page yitwa “IJISHO RYAWE HAFI YAWE”.Ufyonda J’aime kugira uzohore uronka BISHA..