Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#27594

Amakuru aturuka hariya muri Somaliya mungabo za AMISOM ziri ahitwa muri HEDIKOTA aravuga umukobwa w’umurundikazi yirirwa akarara arata ibanga n’akaranga k’abarundi.
Uwo mukobwa canke umugore yitwa
NISABWE_Joselyne ariwe w’uyu mubona kw’ifoto ngaha,n’umusodakazi w’uburundi yagiye guserukira ico gihugu mumakungu,ariko akaba ariko aragitetereza mu gusambana n’abanyamahanga(abakenya,abaganda n’abasomaliya) adacaguye inyuma y’aho abarundi bamuhakaniriye ko atarico cabajanye,icabajanye bakizi.
Uwo mukobwa abandanya amena amabanga ya gisirikare cuburundi murabo banyamahanga,mbere rimwe na rimwe agasuzuguza nabagenerari bamwebamwe.bivuzwe ngaha kuko amakuru adushikira ngo yoba yananiranye aho atukana cane kubamuhanuye aca avuga ko yobatanga i Bujumbura,bigatuma umubano ubandanya kwononekara.Ababijejwe babikurikirane kuko arambuye agahuzu ishusho y’abakobwa (abadame) babarundikazi.