Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#27587

Mwaramutse Neza Mwese Mukunda I Gihugu C’uburundi! Mujeri Kagome Yabonyeko Ataronka Ibirimwa Vyo Mu Burundi Atakazi, None Yatanguye Kwitoza Utunyoni Ngo Ariko Yirukana Abarundi Bagirizwa Ububi, Ngo Abuze Humura Na Inzamba Kuvugira Iwe. Ndasubiriye Kubivuga, Kuki Yabahaye Indara Umwaka Wose? Kuki Atobarungika Mu Burundi? Kuki We Uwitwa Umuhutu Yarikumwe Na Habyarimana Afatirwa Ahariho Hose Kw’isi Bakamurungika Mu Rwanda? Ashaka Imigenderanire Myiza N’uburundi, Nabarungike Bose, Hama Yature Neza Imigambi Mibi Yose Yashatse Gukora Muburundi Ikaburijwamwo! Ikindi Abadandaza Ifi Batoye Inzira Yo Kuzicisha Muri Tanzanie, Burumatari Wa Makamba Ahagarare Neza Kuko Bazicisha Tanzanie Bagaca Bazitwara Mu Rwavu.Com! Twese Dukore Dukingire Igihugu Cacu.