Forum Replies Created

Viewing 2 posts - 451 through 452 (of 452 total)
  • Author
    Posts
  • in reply to: The culture of Fierce Political Rivalry in Burundi #137

    Inyuma yaho umuvugizi wa CNDD FDD hamwe numugambwe wiwe bagirije amashirahamwe akomakoye yi Burayi ko ariko afasha guhungabanya umutekano mugutanga ubushimwe bwamahera MENSHI kuri CLAVER MBONIMPA hamwe na Maggy Barankitse, abo bene guhabwa ubwo bushimwe bahisemwo kutaguma bacecetse!

    Ubwa mbere bwo ,Pierre claver Mbonimpa abandanya ashimira ayo mashirahamwe aho agirako anayasaba kutumviriza reta ya Nkurunziza nabariko barayikorera !
    .
    MBONIMPA ATI : ” Ibikorwa vyiza vyacu dukorera abarundi biwacu ntawutabibona kiretse reta ya Nkurunziza numugambwe wiwe CNDD FDD! ATI agashimwe kerekana ibikorwa umuntu aba yakoze! kurubwo rero na Gelase Ndabirabe narindire ibikorwa vyoguhohotera abarundi azobironkera agashimwe kandi vuba!”

    MBONIMPA abandanya avuga ko bimaze kugaragara ko reta ya Nkurunziza yarushe ,iriko ita wakuba yongera ijebajeba kubera guta umutwe ! kuriwe ati hageze ko ibikorwa bibi bariko bakorera UBURUNDI n’Abarundi babironkera agashimwe ! ..

    MBONIMPA abandanya ahumuriza abarundi ATI rema naho muremerewe kuko ngo ntibicaye ! ati turiko tubandanya tuvugira Igihugu nabanyagihugu kandi amakungu ariko aradutahura !

    Mbonimpa asanzwe arongoye Ishirahamwe Aprodh akaba yaronkejwe agashimwe nkumuntu wambere yagwaniye democratie hamwe nagateka kazina muntu ,aho yagahawe ninama nshingamateka yi Wallonie I Bruxelles mu Bubirigi !

    MBONIMPA uti, Igikorwa canje cokugwanira agateka kazina murundi wese kirabandanya kandi sinduha ! nayo abarundi ngo: Rema !

    in reply to: The Rwanda Revolution #135

    Rimwe navuye kigali njya Cyangugu ,ngeze Buhinga nikubita ku Kinini ,nkomeza ku Rwesero,ngeze ku karere ka Nyamasheshe nsura abo ku Ninzi,ndakomeza ngeze mu Kamiranzovu ndaterera nsura i Kagano.nkigera Kibogora mu i Tyazo nasuhuje aba Nyakirambo ariko mpopera abo ku Ishara,narakomeje no mu mu Nimba nterera Hanika ndakonkoboka n’i Macuba ahahoze akarere ka Gatare.narakomeje ngera mu murenge wa Karambi aho nakoze akazi nari ntumwe hafi y’umusozi wa Muzimu uri mu ishyamba rya Nyungwe.Bwarakeye nsubiza iyo nari naturutse nkomeza iya Kamembe ariko nyura ku cyahoze ari akarere k’Impala.naciye mu Kigaga nkomeza ku nkengero z’i kivu nikubita Kamembe nkomeza iya Bugarama.nkigera ku cyahoze ari akarere ka Gashonga nasuye uruganda rw’imitobe mfata ka jus bityo bimfasha gukonkoboka ngana cite aho nasuye uruganda rw’umuceri ,sima .amashyuza na Rubyiro bucya ngaruka nambuka mu Cibitoke.uwo munsi naragarutse nca iya Kibuye nciye Mugonero na Dawe uri mu ijuru ndara i Bwishyura mu mugi.aho nari ntegereje gukomeza .

Viewing 2 posts - 451 through 452 (of 452 total)