Forum Replies Created

Viewing 15 posts - 421 through 435 (of 452 total)
  • Author
    Posts
  • in reply to: Burundi Today #27612

    umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi KIDUMU ateruye urumuri rw-amahoro ari hagati y-umukuru w-igihugu Petero Nkurunziza n-umutambukanyi wiwe i Ngozi.

    “ISEZERANO RYUBURUNDI BUSHASHA nirya bantu bakeya batoranijwe kubwubuntu nayo abandibo bagume basangiye imitima yabo”

    Abaroma 11:4-7.

    Muhimpundu Lambert watsapp +256773704653.

    AMAHORO nimigisha bibe kubari mwisi mwese cane cane abafise inzara ninyota vyo kugororoka kuko aribo bazohazwa.

    Ariko kandi, amahoro n’imigisha bibe kubarundi nabarundikazi bashasha aribo bagiye kwinjira UBURUNDI BUSHASHA igihugu c’Amata n’Ubuki kitazotwagwa n’Imigambwe n’Amoko.

    Nuko nuko. Rero tuyage ncuti zanje cane cane mbwira mwebwe bake mwatoranijwe kubwubuntu.

    Iyo tuvuga isezerano RYUBURUNDI BUSHASHA, bibera benshi IKIGUSHA. Bamwe baragangabuka ukamenga bari bazi ko ari BASAMURAGWA kuburundi.

    Benshi baragwanya ubuvugishwa bwose butavugako aramaho nimigisha. Mbere murabo babigwanya huzuyemwo nabitwa abarongozi Bama shengero.

    Ariko impamvu babigwanya nuko bari bizigiye ko Imana itokubahuka guhagurutsa abandi nabo baraho bitwa abungere bakomeye batwara amashengero manini.

    Ariko rero, IMANA yacu numugabo koko. Yaravye mumitima yabo Bagabo isanga barirata cane. Ica yigira kucavu civyaha ihagurutsa abanyamahanga iba aribo icishamwo amabanga yose yibigiye kuba.

    Ivyo rero biba bigushije bamwe bigira AbIsirayeri bimbere. Ya Mana nayo irabareka baragwa gose kugira itere ishavu AbIsirayeri banangiye imitima. 11:4-15.

    Mugenzi utege ugutwi neza. Ndasubiyemwo ngo isezerano RYUBURUNDI BUSHASHA nirya bantu bakeya batoranijwe kubwubuntu. Abandi bo bigumiye banangiye imitima gusa bibwira ngo turabisirayeri kumbe baguye kera kubwo gufukamira Bayali bayigize imana yabo

    None mbe nkubaze, wewe urimwo mubatoranijwe kubwubuntu? Ubu jewe ndaryohewe cane kuko iyo Abo Bagabo bagereranywa na bIsirayeri batagwa ubu simba ndiko nkorera Imana. Rero ubugombe BW’IMANA nuko bwabishatse kandi ntawobibuza.

    Mbega wewe urimwo? Mbega wewe nturafukamira Bayali? Mbega wewe umutima wawe ntunangiriye? Ko waburiwe ngo wihane ico caha usigaranye, waracihanye?

    Wewe utafukamira Bayali, isezerano RYUBURUNDI BUSHASHA nigwawe. Eka nawe wamufukamiye ukaba warasuzuguye Bayali nivyiwe ukihana neza ugaturira ivyo yari yaraguhaye, ugasigarana nImana gusa ariyo ukorera mukuri no mumpwemu. Nawe isezerano RYUBURUNDI BUSHASHA nigwawe.

    Eka hari nikindi gitigiri cababihawe kubuntu abo naje ndimwo kuko narumunyavyaha nakuwe kucavu none narasezeraniwe kubona nukwinjira UBURUNDI BUSHASHA. Ariko nubwo biruko, jewe nawe nuwundi wabisezeraniwe kubuntu ntitwijajare kuko nkuko Mose kukanyuma atabonye Igihugu c’Amata n’Ubuki niko nawe nanje nitwijajara mumwanya muto usigaye isezerano RYUBURUNDI BUSHASHA riraducika.

    Rero wewe usoma reka guta icizere kubwivyaha vyinshi ukora nivyo wakoze. Nivyo washeshe amaraso menshi ariko niwihana uraja muri cagitigiri gito catoranijwe isezerano RYUBURUNDI BUSHASHA kubwubuntu. Nivyo abo mwasambanye ntiwobaharura nubu urabandanya ndetse hari naba guca intege ngo ntiwoba ukigirigwa Ubuntu ariko nabakwanka. Je ndakubwiye nkuwagutumweko ngo heba vyose hama ushigwe muri cagitigiri gito catoranijwe kubwubuntu. Kandi uko nukuri nkubwiye.

    Namwe mwagumye munangiye imitima ntakundi kuko nukugira ivyavuzwe bibasohoreko ariko icompa mukambara amagunira mukiyeza.

    Isezerano rirasohoye ariko ngo nirya bantu bakeya batoranijwe kubwubuntu. Mbere ngo huzuyemwo abanyamahanga benshi mubatoranijwe kuko mwebwe abimbere mwebwe abayuda mwinangiye imitima mwemera gufukamira Bayali mwibagira iyo yabakuye muri Egiputa.

    Bamwe rero mwama mwibazisha utuntu dupfuye hakwihana. Ngo mama UBURUNDI BUSHASHA buzoba ari Paradiso inyishu ni Eka. Ariko ngo kizoba ari igihugu catoranijwe gihabwa umugisha nka isirayeri ya kera itarandura.

    Reka mbabaze nanje. Isirayeri yakera yibitangaza vyinshi namahoro numugisha. Yari Paradiso? Nyishura.

    Abandi ngo muburundi BUSHASHA ntavyaha bizobamwo? Inyishu ni bizobamwo kuko harabobizoshika bakagira ubunebwe canke ubusubiranyuma

    Reka nanje mbabaze. Mbega iyo umuntu abatijwe ntaba icaremwe gisha? None ntasubira gucumura?

    Mureke kwitoza utunyoni ahubwo mwihane rutarabuzurirako. Nayo iyo mudutuka muba muriko mudukomeza. Nkaca gikere bata mumazi bibazango baragikomesheje.

    Bene data, isuzume kubwubwo butumwa. Ntubusuzugure kuko nubwawe.

    Iyandikishe ubunyene murico gitigiri ataruko urarimbuka.

    Ubu butumwa mubushikirijwe kandi na :

    Ministeri y’Ivugabutumwa yitwa “UBURUNDI BUSHASHA” Ivyabona vya KRISTO I YERUSAREMU, i Yudaya, i Samariya no kugeza kumera Z’ISI.

    Niyo kandi ”

    Ministere chretienne” UBURUNDI BUSHASHA “Les temoins du CHRIST a Jerusalem, a Jude, a Samaritin et au monde entier.

    Canke mugaca kuri Watsapp zikurikira +256773704653.

    Canke mukadutelefona kurizi numero zikurikira.

    Muhimpundu Lambert +25779487051, +25775487051, +256773704653, +250789922473.

    Canke mugaca kuri Email yacu ariyo “:

    Muhimpundula@gmail.com.

    in reply to: Burundi Today #27611

    CNARED ku butumwa yacisishije ku muhora wa facebook ivuga ko itazokwemera ko hashingwa Leta y-ubumwe-gouvernement d-union nationale.urwo runani ruvuga ko rwumvise amakuru ava mu bunyamabanga bw-umuhuza ko umuhuza agiye gushikiriza mu nama y-abakuru b-ibihugu vy-umuryango wa EAC inzira zingene Uburundi bwova mu ndyane za politike burimwo,hakaba harimwo ko hoshingwa Leta y-ubumwe.urunani CNARED ruvuga ko rwamye rusemerera ko ata yindi nzira ihari atari uko hashingwa Leta mfatakibaza itegura amatora,ivyo navyo bikazova mu biganiro bihurikiyemwo bose birimwo Leta ya Petero Nkurunziza n-abamushigikiye,urunani CNARED,amashirahamwe yiyamirije ikiringo ca 3 hamwe n-imigwi yafashe ibigwanisho.

    in reply to: Burundi Today #27610

    Mugutorera inyishu y’ingorane canke y’ikibazo kanaka haba kwirengagiza bimwe bimwe” Mugihe Muburundi hari ukutumvikana muri POLITIQUE hari bamwe na bandi batabona kazoza ka Politique y’Uburundi Mugihe umwe wese abonako ahambaye. aho nimugihe Mu nama y’abakuru b’ibihugu vy’akarere ka EAC yimirije kuzobera i Dar- es-salam muri Tanzaniya kuwa 11 zukw’9 n’uko umuhuza mu biganiro bimaze imisi bihuza abarundi #B_ Mkapa mu rupapuro rw’inzira azorungikira abo bakuru b’ibihugu hategekanijwe ko hoba Leta y’Ubumwe ihurikiwemwo bose n’ukuvuga ubutegetsi bw’i bujumbura hamwe n’urunani CNARED,harimwo nabamwe Mubanyepolitique batandukanye tutibagiye n’imigwi yafashe ibigwanisho aho umuhuza ategekanya kubashikiriza ico ciyimviro cuko hoba Reta ihurikiyemwo bose,atari Reta Mfatakibanza nkuko abatavuga rumwe na Reta y’ibujumbura bamye bashaka. ariko Urunani CNARED rukaba rwamaze kugaya ico ciyumviro c’umuhuza mwitangazo rwasohoye.”Muti Umuti nuwuhe?” Fyonda kuri J’aime kuri Page IJISHO RYAWE HAFI YAWE unagire Partage.

    in reply to: Burundi Today #27609

    SYLVERENTAKARUTIMANA, a former journalist on the radio isanganiro, adviser to the truth and reconciliation commission (TRC) reveals the rpf journal of Rwanda ” Newtimes ” the motives of the burundi crisis: ” the authorities are selfish ( Love each other), they do not serve the general interest of the nation “.
    Sylvere Ntakarutimana praised to Paul Kagame he runs well Rwanda.
    Sylvere Ntakarutimana had been invited to a conference of African cvrs.
    A question arises: how is it that an institution like that cvr is eaten from the inside by the members who hate burundi and the authorities, who have put them in place? ?
    Can we expect an honest success of the cvr if one sees such excesses of some of its members???
    Of all the ways, insults against the burundian authorities must be severely punished.

    in reply to: Burundi Today #27607

    🔴 Semerera! no genocide in progress in Burundi
    🔴 Nta jenoside iriko irategurwa mu Burundi
    🔴 There’s no genocide en route in Burundi
    🔴 semerera mukibanza cagenewe comments ncuti zanje!

    in reply to: Burundi Today #27606

    ingorane ntiri mubari mu ntwaro.ingorane n,abanyagihugu turiko tubaho nabi mu ngorane nyinshi no mu mabi menshi dukoregwa kubwa politik ya bamwe bamwe.
    icizere co ntibagitaye kk bo kubaho barabandanya twebwe bato bato tukahatikirira.
    IMANA IDUFASHE,

    in reply to: Burundi Today #27605

    Abatavuga Rumwe n’ubutegetsi bw’iburundi abenshi muribo baramaze guta icizere kuvyo baharanira,uko iminsi ihera n’iko bata ingivu,aho n’imugihe ivyo Reta y’ibujumbura isabwa hakwirikijwe Amasezerano ya Arusha ivyinshi yarabisize Mungiro kuko nka 60% kubahutu na 40% kubatutsi nokwiyibagiza ubwoko bwa Batwa bikaba vyarasizwe Mungiro.n’ico gituma Abizeye ko i Biganiro vya ARUSHA ko harico bizoshikako Mugihe bicaranye na Reta y’uburundi bokura icizere,kuko Ivyinshi Mubizosabwa nka 80% yarabisize Mungiro havuyemwo gusa ikibazo ca Mandant ya 3,n’icumutekano.Amwe mumazina amenyerewe muri Politique y’Uburundi arashobora kw’ibagigwa burundu,hakazosigara “HARIHO na HARABAYE” “Mperaheze Mvuga ati: HARAKENEWE AMARASO MASHASHA N’IVYIYUMVIRO BISHASHA Muri Politic y’Uburundi.”Mugire Agatondo Keza Aho Iwanyu! “Murikumwe nanje Dr KIJANA.Tuguye kandi kwama twiyagira tubwirana bishasha akaruhuko kaheze.Ariko Amakuru Menshi Muzohora Muyasanga kuri Page yitwa “IJISHO RYAWE HAFI YAWE”.Ufyonda J’aime kugira uzohore uronka BISHA..

    in reply to: Burundi Today #27603

    No to the deployment of 228 police officers in Burundi, say the burundian women. They testify that burundi is bathed in peace.

    in reply to: Burundi Today #27601

    Buramatari w’intara ya Cibitoke ari kumwe n’inzindi nzego bakiriye ibiziga vy’ababanyagihugu babiri b’Uburundi biciwe k’ubutaka bw’ugwanda, n’abasoda b’urwanda.
    Bakaba babakiriye kumupaka wa RUHWA.

    Uwaserukiye abaryagwanda bazanye ivyo biziga yanse gushikiriza ijambo!
    yanse nogushika ngo abarundi bamubone. Murimake yaterey ibiziga aca arigira.
    Batinye kuza ngo bavuge ijambo. Ariko twobamenyeshako babazanye muma sandugu adasa. Imwe itukura n’iyindi yera. Ayo mabara ateye amakenga cane….
    Muvyumva gute?

    in reply to: Burundi Today #27600

    Paul kagame mu kirundi nakuze bambwira ko hari umugenzi soma mbike yaba ari umugenzi yakwibira inzoga y ubuki iri kurusenge akaguha ugasoma duke hama agasubiza iyo yayikuye intumva zagize Pirato KAGOME umugenzi zishira intore abana biwe bishwe na kigoyi none babahemvye urusoro. MANA nahawe kuko Bisaba kwihanga.

    in reply to: Burundi Today #27598

    Mpaka bate bomoke izo mbunuza zamenyereye kubesha ngo ntamahoro ahari,ubu batakironka uko bayatoba twabahagurukiye haruwuherutse guturatura?kumatwita biriwe bagarura twatuziga twaya taliki 11/12/2015 hamwe imbwa zakubitigwa kumugezi zitahora zivoma.

    in reply to: Burundi Today #27597

    Ivyo tubikura mu rwandiko Pascal Nyabenda yasohoye kw’izina ry’umugambwe CNDD-FDD yararongoye, itangazo yateyeko igikumu ku wa 31/08/2016 aho arahira akarengwako atigeze ahakana ihonyabwoko ryabaye mu RWANDA muri 1994, ko ahubwo ngo abumvise ivyo yashikirije, ngo bamutahuye ukutariko. Muri iryo tangazo nyene, Pascal Nyabenda ariregurako ivyo yavuze ico gihe yarakirongoye CNDD FDD bitomuharurwako, ko vyorwa ku gatwe k’uyo mugambwe ngo n’aho ariwe yabiteyeko igikumu. Umuhinga mu vy’amajambo ati uko ni ugusha coba mu kurondera kwiyeza. Uyo muhinga ati imvugo ya Pascal Nyabenda yerekanako uyo mugabo asigaye arongoye Inama Nshingamateka ubu, ariko yihakana umugambwe wamureze, ku bw’amabi ariko akorwa na CNDD FDD ubonako vya vyaha 5 bihanwa na ya Sentare Mpanavyaha Mpuzamakungu bikorerwa kiremwa muntu: jenoside, ubwicanyi bw’agahomerabunwa, ivyaha vyo mu ntambara, uguhungabanya amahoro, n’intwaro karyanishamiryango arivyo vyaranze CNDD FDD. Mu gusozera uyo muhinyanyuzi mu vy’amajambo agasaba Sentare Mpanavyaha Mpuzamakungu kunyarutsa gushira ahabona ivyavuye muri ya matohoza yibanze yakozwe n’ubutegetsi bwa CNDD FDD ubonako na Pascal Nyabenda atanguye kwitakambirako amabi yakozwe n’umugambwe arimwo atoyaharurwako aho vyumvikanako yobazwa CNDD FDD ukamengo ico gihe hariho itandukaniro hagati yawe n’uyo mugambwe. Mbega Gélase Daniel Ndabirabe arihe ko yigeze kuvugako abihakana CNDD FDD nka kera ngo bakiri mw’ishamba, impera y’abantu nk’abo ngo baca bicwa?

    in reply to: Burundi Today #27595

    We, Burundian women in our diversity, ethnicities, women of civil society, political parties, civil servants, business women, Rural Women, the deputies, the senators,…, let’s make a peace March this Saturday 3 September 2016 in Bujumbura mairie. We want to carry far, the voice of the Burundian woman for:
    Say No to manipulation, “No ongoing genocide in Burundi”

    Say No to the organisations and countries who want to take decisions on Burundi without the consent of his government, Burundi is a sovereign country, it must be consulted before any decision that concerns him.

    Burundi, Bujumbura, Saturday September 03, 2016, the Burundi women, a peaceful protest was held by by hundreds of women to denounce foreign interference in Burundi.

    in reply to: Burundi Today #27594

    Amakuru aturuka hariya muri Somaliya mungabo za AMISOM ziri ahitwa muri HEDIKOTA aravuga umukobwa w’umurundikazi yirirwa akarara arata ibanga n’akaranga k’abarundi.
    Uwo mukobwa canke umugore yitwa
    NISABWE_Joselyne ariwe w’uyu mubona kw’ifoto ngaha,n’umusodakazi w’uburundi yagiye guserukira ico gihugu mumakungu,ariko akaba ariko aragitetereza mu gusambana n’abanyamahanga(abakenya,abaganda n’abasomaliya) adacaguye inyuma y’aho abarundi bamuhakaniriye ko atarico cabajanye,icabajanye bakizi.
    Uwo mukobwa abandanya amena amabanga ya gisirikare cuburundi murabo banyamahanga,mbere rimwe na rimwe agasuzuguza nabagenerari bamwebamwe.bivuzwe ngaha kuko amakuru adushikira ngo yoba yananiranye aho atukana cane kubamuhanuye aca avuga ko yobatanga i Bujumbura,bigatuma umubano ubandanya kwononekara.Ababijejwe babikurikirane kuko arambuye agahuzu ishusho y’abakobwa (abadame) babarundikazi.

    in reply to: Burundi Today #27592

    Rapport yagacamutwe Pierre Claver Mbonimpa yaraye asohoye irambabaje cane. [ Yisome ngaha: https://agencebujanews.blogspot.com/…/enquete-de-laprodh-su… ] Uretse ko ari ububeshi gusa, yuzuyemwo amacakubiri y’amoko; aho yerekana ko igihugu c’Uburundi aric’abahutu gusa kandi amoko yose aserukiwe bikwiye munzego zose.

    Bavukanyi, kuva kera tugishikira ubutegetsi muri 2005, ntibahengeshanije kugaragaza ko badashaka intwaro y’Abahutu. Irementanya, ikinyoma ntivyahengeshanije gukwiragizwa kw’isi gushika n’ubu.

    Carafashwe kandi iperereza ritegerezwa kuba irya bene co birumvikana. Nayo Génocide bavuga ngo igomba kuba, bazoyirindira babure, amaso azohera munzira. Turi umwe, dufatanye munda ntaho bazoduca n’aho bogerageza gute.

    Mutere ivyatsi, fyonda “Like”, “J’aime”Gira ico ubivuzeko nawe.

Viewing 15 posts - 421 through 435 (of 452 total)