Rwanda › Forums › Burundi › Burundi Today › Pierre Claver Mbonimpa barked again Yasubiye gukuga!
Pierre Claver Mbonimpa barked again Yasubiye gukuga!
Rapport yagacamutwe Pierre Claver Mbonimpa yaraye asohoye irambabaje cane. [ Yisome ngaha: https://agencebujanews.blogspot.com/…/enquete-de-laprodh-su… ] Uretse ko ari ububeshi gusa, yuzuyemwo amacakubiri y’amoko; aho yerekana ko igihugu c’Uburundi aric’abahutu gusa kandi amoko yose aserukiwe bikwiye munzego zose.
Bavukanyi, kuva kera tugishikira ubutegetsi muri 2005, ntibahengeshanije kugaragaza ko badashaka intwaro y’Abahutu. Irementanya, ikinyoma ntivyahengeshanije gukwiragizwa kw’isi gushika n’ubu.
Carafashwe kandi iperereza ritegerezwa kuba irya bene co birumvikana. Nayo Génocide bavuga ngo igomba kuba, bazoyirindira babure, amaso azohera munzira. Turi umwe, dufatanye munda ntaho bazoduca n’aho bogerageza gute.
Mutere ivyatsi, fyonda “Like”, “J’aime”Gira ico ubivuzeko nawe.