Rwanda Forums Rwanda Today Rwanda Paparazzi on the Move MULTI MACA NIKI?

#28757

MULTI MACA NIKI?

Ni ingaburo yagaruye
Umunezero mu miryango ,cane cane mungo z’abubatse
*Ubushakashatsi bwemeza ko Multi -maca yakoreshwejwe mumyaka 5000 yahise n’abantu bomubihugu vy’Amerika y’epfo .icobayikundira ni uko yatumye baryoherwa mu kurangura amabanga y’abubatse Ingo mukugumana canke kugarukana (plaisir sexuel)
*Irimwo vitamine B1,B2 na C
*Irimwo ivyo bita fructose bitanga inguvu
*Ifise n’ico bita Alcaloyide naco gitanga inguvu haba kumugore canke kumugabo mugihe bahaye barangura amabanga y’abubatse
*Iratunze ivyunyunyu kama bitaribike (sels minéraux) kuko Irimwo :calcium, magnésium, potassium, fer, zinc,cuivre,manganèse, iode,sodium,
Vyunvikana ko ikemura ibibazo vyinshi vy’umubiri
&REKA TURABE IVYO MULTI-MACA IDUFASHA:
👉Irafasha cane cane abantu badashobora kurangura amabanga y’abubatse neza(combat l’impuissance sexuel)
👉Ituma umugore agira amazi mugihe c’imibonano mpuzabitsina
👉Yongera inguvu umugabo n’umugore mugihe barangura amabanga y’abubatse (Endurance sexuel)
👉Ifasha umugabo kudasohora intanga vuba (Éjaculation précoce)
👉Ifasha umugore gusama atakibazo (fertilité)
👉Ituma imikorere y’umubiri ikora neza(Équilibre les hormones)
👉Ifasha abahangayitse n’abafise agahinda (Aide dans le traitement du stress)
👉Ifasha abadamu bageze muri ménopause mugutuma impinduka z’umubiri yabo idatera ibibazo
👉Irafasha abadamu n’abakobwa mu kubarinda kubabara bari mumihango
👉Irwanya kwuma mugitsina gore (combat la frigidité)
👉Ituma umugabo canke umugore agira ubushake bwo kurangura amabanga y’abubatse (stimule le désir sexuel