Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie INKEBUZO INKEBUZO NKEBUZO

#27851

INKEBUZO INKEBUZO NKEBUZO

Mbekuki mutaba maso ngo mucungere umutekano?Mwibazako babicanyi ‪‎Buyoya‬ ‪‎Pacufique‬ ‪Busokoza‬ ‪Maggy‬ ‪‎Kagome‬ ‪‎Sinduhije‬ ‪‎Vital‬ ‪‎Germain‬ Niyoyankana ‪‎Bob‬ Rugurika ‪Abahima‬… Mwibazako bicaye?Humuka amaso mubone ahumengo ntimwumva,haguruke muhagararire igihugu,gabanya kuja kwiryohererwa mububari,akaguru mugashinga mwikoma ngo agahengwe kabonetse,mwege mudandaza dandaza muguma mucunga ahomuba,uwomubonye mwiketse musake,abobantu bapakurura ibintu,amakara barabeko atabirwanisho bazanye,uwariwese abe maso kuko aba ‪‎Hima‬ ntigacika nabicanyi ngo banyotewe igihugu.

Mbegaho mwijajara mwibazako umutekano uraba ‪‎abasoda‬ na ‪‎police‬ gusa?Umutekano nuwabose kuko ndakubwizukuri ‪‎urusoro‬ rutanguye kuyaga ntuzodandaza,ntuzogorora costume uja mu bureau,ntuzoja kurima,ntuzoja kurya ama ‪‎brochettes‬ no.Kubwivyo haguruke mwese igihugu cose mukore kabisa,imodoka yose ibaho ntibarengane yisake nabariyo bururutse bose atanymwe avuyemwo.Intara zose bemaso,ayoma ‪sites‬ yimpuzi murabe ibihaza.

Ba police kumabarabara ndabinginze cane sake gose vyirira ntagufyina.

Imbonera kure guba ahomuri hose sake cane,rifyure.