Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie IMPANURO KUBASODA DUSANGIYE IBIKORWA

#27875

IMPANURO KUBASODA DUSANGIYE IBIKORWA

Iyo ugize amahirwe ukarungikwa hanze kugarukana amahoro haba Somalie canke ahandi mubihugu vyohanze, kumbure ukagira namahirwe ukagaruka amarembe.

1) menyako atari ikiraka kizokwamaho ngokumbure uzosubirayo
2) menyako uzosubira kuriwamushahara usanzwe wa LETA atari uwa ONU
3) kumbura wirose aho uzoba shatsekuvuga inzu yiwawe
4) kumbura wikorere umugambi witerambere ryumuryango ahoshatse kuvuga ikintu wokora kikazosahiriza wamushahara usanzwe. aho ivyogukora nivyishi cane kuko ushobora gusubira Somalie canke ntusubireyo kuko ndafise abagenzi beshi aryamafranga usanga barayasesaguye ugasanga imigambi yarabananiye mbere ugasanga nguyo abandanya abamunzu akose.
Aryamafranga uyakoresheje neza urashoboragusanga mbere atacowobuhomvye naho utosubirayo kuberako ya migambi wakora ngiyo ikwinjiriza amafranga meshi. Muminsi nzobaha uturorero twishi twimigambi bamwebamwe mubasoda baranguye ubu inyota ninzara barabaza.