Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#28501

Bagenzi mwese, Mwirinde guhendwa n’ abangushi: hari inkozi z’ ikibi ziri kwiyitirira amazina y’ abategetsi bakomeye baba abo mu mugambwe Cndd-Fdd , canke munzego z’ igihugu canke abatavugarumwe na reta. Bagenda basaba amahera canke ama inite abantu babemerera ibi canke biriya-na cane cane ubuzi. Mwirinde abo bangushi ndabasavye!
.
Ababo banyoni. abo bangushi bakunze kwiyita ayamazina akurikira:

➖Denise Nkurunziza
➖Godelieve Nininahazwe
➖Nyabenda Pascal
➖Pierre Nkurunziza
➖Evariste Ndayishimiye
➖Gelase Ndabirabe
➖Margueritte Barankitse
➖Kampayano Pascaline
➖Pacifique Nininahazwe

n’ abandi n’ abandi…….ntimukangwe n’ amafoto bakoresha….muhagabire ❗️ Benshi muri twebwe baramaze kuhatakariza ama inite canke amahera menshi cane……..mu musi iheze, umwangushi umwe mubiyitirira Denise Bucumi Nkurunziza yarafashwe mumisi iheze..