Rwanda › Forums › Burundi › Burundi Today › Reply To: Burundi Today
January 9, 2017 at 12:06 am #28428
numunezero ntangere kuburundi namakungu kumwasi ruhonyanganda umumenja Ariko araraga yisema kumagambo nkurunziza Ariko arashikiriza kwagiye kwicwa maze abarundi bamana agafuni koguhamba misiyose bama bagandaye bagiye kuruhuka aho shebuja shetani yakorera aho agité kumurimbura nabakozi bikini biwe pita aho agize imisi avyivugira ndakeje abagiye gukora icogikorwa cogubohora abarundi baribamaze imyaka atajambo bafise kubera intwarombi y’a cndd efdd.
imana ibarinde kujabuka ikikiyaga gitukura nunubarosa ubukomezi nkubwa samusoni yasavye imana ubwantuma kugira yihorere amaso yiwe tubisanga mumigani kumurongo 53