Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#28407

MBEGA BAZOSHOBORA KURIMA ❓
~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~
✔ ✔ ✔ Amakuru dukesha umuvugizi w’ igisirikare c’ Uburundi –FDN-, atumenyesha ko abasirikare bangana na 78 bashizwe muri pansiyo ( Retraite).

⭕ Abakeba: (CNARED NA SINDUMUJA) naho biha akaruru, Gaspard Baratuza atumenyesha ko « Lt-Gl Germain Niyoyankana (Photo aho musi) yashizwe muri pansiyo hisunzwe amategeko »

➡ Biraryoshe kuko bari bakuze ! Kuva kuri bikomagu cagihe… ?