Rwanda › Forums › Rwanda Today › The Hopelessness in Rwanda today › Reply To: The Hopelessness in Rwanda today
December 10, 2016 at 5:06 pm
#28090
Umutipe umwe yateye inda umwigeme maz se w’umwigeme abonye umwana wiwe akuriwe arashavura cane ahitana umukobwa amubwira hogi tugend unyereke uwagutey iyonda nih wamukobw yamujana basanga umutipe yiberey ngaho se yarakaya arabwira n’igiki catumy uter inda umwana wanjé? wa muhungu amubwira tuza nimba yarakuze iman’ishimwe kuko naw ukabna havutse akana k’agahungu nzaguha <imodoka,urupangu> wa mugabo ac’araryoherwa aremera umukobwa abaza se ati kuki uryohewe cane niyakoroka naho uzobigenza gute uzoc’umusubiza ivy aguhaye? se wiwe ati: << ceceka niyakoroka azagutera iyindi.