Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
December 8, 2016 at 5:10 pm
#27923
Leta y-Uburundi yarafashe ingingo yo kudasubira gushorera umwimbu mu gihugu c-Urwanda.nkuko tubikesha igihe,vyashikirijwe na Joseph Butore icegera cakabiri c-umukuru w-igihugu.iyo ngingo yafashe ifitaniye isano nivyo Leta y-Uburundi yagiriza ico gihugu kibanyi ko giteza umutekano muke mu Burundi.Joseph Butore yamenyesheje ko umutware canke uwujejwe umutekano azorenga kuri iyo ngingo azogira ibibazo bikomeye,abadandaza nabo akabasaba kugurisha ibidandazwa vyabo mu ntara zo hagati mu gihugu.ivyimburwa vyahora bishorwa mu Rwanda bigizwe ahanini n-ivyamwa bikoreshwa mu mahinguriro y-umutobe w-ivyamwa ari mu Rwanda hamwe n-imyumbati,amamesa n-ibindi.