Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
Akamaro k’ICAMWA C’UMUCUNGWE(A) kumagara ya Muntu. Umucungwe n’icamwa kiri hose kw’isi ariko gifungura bake,abenshi ntibazi akamaro kaco. Imicungwe ifise inkomezi nyinshi,igakemura nibibazo vy’ubuzima.bita ri bike nko kubantu bafise ingorane za Hasima,Umusonga ,Rhematisme,igi tuntu,Bronchite ,sunisite,kugum igwa,n’izindi,iyo bafunguye imicungwa ivyo bibazo birapunguza ubukana hari nabakira. Umucungwe urafasha cane kubashaka guheba inzoga iyo banyoye umutobe w’umucungwe bameregwa neza bikabafasha guheba itabi burundu. Mumucungwe harimwo ingaburo bita”Betacorotene” ikingira ibigize umubiri.Harimwo nivyunyunyu nka :Calcium:ikingira igakomeza amagufa n’amenyo. Magnesium:ifasha kugira umutima ukore neza.Acide folique: ituma ubwonko bukora neza.Potasium: ifasha ibihimba vyo mu mutima gukora neza.Thiamine(V it B1) ifasha guhindura ibifungurwa tuba twafunguye mugutanga inguvu.Vitamine B6:ituma umwuka wa Oxygene uja mubihimba vyose vyumubiri.”Musa bwe gufungura ivyamwa kubwinshi na cane cane IMICUNGWE.