Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
Uyu muganbwe nibazako woba utaramenya neza abariko barahekura igihugu! Uku kwiyobagizako, ari ububirigi,cenared,hamwe na kagame aribo bariko baragandagura abayagihugu birababaje. FLP murabo gusengerwa. Ikindi naco NYENICUBAHIRO ntakiringo c’agatatu aragira, igikenewe FLP noyihanura gusoma neza constitution y’UBURUNDI kuko amasezerano ya Arusha atazobandanya ari ngenderwako mukuyobora igihugu. Amasezerano ya Arusha afise intango n’iherero ari naco gituma constitution yashizweho, nayo ibisigaye n’ukudebagura. Umuhima nawe ahava akagera,n’amenyeko ubutegetsi butangwa n’abanyagihugu, kandi ko ukwica intwanzangabo canecane bisunga abahutu, ukwica abanyagihugu mama mutera utugrenade mu tubare canke kwiha kugandagura bunyamaswa abategetsi bitorewe n,abanyagihugu,ibi ninba mwibazako bizotuma Reta ija muvyo mwita ibiganiro uku n’ukurazirana,ukurota kumurango hamwe no kwihenda gukomeye. NYENICUBAHIRO wewe nimukorunbone nitwabonako ari ngombwa tuzomwongera kandi biranashoboka.