Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
BIKURUBIKURU MUVYATUMYE ABANYAGIHUGU BASHINGA CNDD-FDD NA FNL MUNYUMA BAKARWANYA BUYOYA BAGAFATA IGIHUGU MUMINWE.
___________________________
-Abanyagihugu twariturembejwe nintwaro mbi yarihari icogihe.
-Intwarombi yatwarira kumacakubiri y’intara n’amoko.
-Intwaro mbi y’abasi ba democratie aho barangwa n’ama coup d’etat yurutavanako.
-Intwaro mbi yaza mujeri yarangwa nugusesa amaraso yabanyagihugu ifatiye kumoko n’intara.
– Intwaro mbi yarangwa nugahotoro aho nkumunyeshure yatsinze ikibazo mwishure wasanga amanota yawe bayahaye mujeri nawe ugasanga bakuyobeje.
Ubu ahobigeze igihugu carafashwe gitwarwa nindongozi abanyagihugu twitoreye atankomanzi
Mbe abobasi bademocratie kobaguma bafuruguta ngobagaruke kuducura bufuni nabuhoro bazoduca he? Ihibambewe ntantambwe bazotera kandi ntanintambara zizohaba bazohera nk’ifu yimijira.