Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
Uwugiye kwiba agafatwa agakubitwa ngo ni mandat 3, uwinjiriye umudamu wabandi akameswa ngo ni mandat 3, uwutukanye bakamukorerako ngo ni mandat, uwuheraniye uwundi bakamuvugutira ngo ni mandat ya 3, uwugiye kwiba umuzinga w inzuki ategetse inzuki zikamukorerako ngo ni mandat 3 , uwugiye kwiba mw isoko bakamuca intoke ngo ahubwo uyo niwe yararongoye abiyamiriza mandat ya 3 , uwucikije umukobwa wa bandi se w umukobwa akamumesesha ka Omo ngo ahubwo niwe yari yabaye uwambere mu kwiyamiriza ikiringo ca 3,
ncuti zanje ntivyoroshe mugabo rero mwige gutandukanya ibintu nibindi.
Nabitwaye nabi mu mahanga bose bitirirwa Peter, ubu koko muzogeza ryari kwambika ibara igihugu cabibarutse.