Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27897

Uyu mugabo akorera SRR, ari mu Buganda. Afise iyo modoka C265A IT. Ntawuzi icoba camujanye. Ariko isoko ryacu ryemezako ari mubarungitswe i Kampala kwica impunzi.

Tubibutseko Hari umumenyeshamakuru n’umukozi wa APRODH, baherutse kurusimba m gucumitwa ibibugita n’abo muri SNR aho mu Buganda.