Rwanda › Forums › Rwanda Facts › The Rwanda Big Lie › Reply To: The Rwanda Big Lie
Mumyaka irenga 40 inkehwa z’Abatutsi zamaze zitwara u Burundi ntakindi cabaranze atari ugutoteza, ugucinyiza, kwica Umuhutu n’Ugusahura ubutunzi bw’igihugu. Ntamuntu n’umwe ayobewe aya matariki aho abatutsi bategura bakanashira mungiro ihonyabwoko ry’Abahutu benewabo mu Burundi: 1969, 1972, 1979, 1981, 1988, 1990, 1993, 1994, 1995…n’ubu baracariko barafuruguta!
Ntaworeka gushimira abitangiye igihugu na cane cane umugambwe Cndd-Fdd, Nyakwubahwa Petero Nkurunziza n’Ingabo ziwe bo bagarukiye Uburundi. Mubisanzwe, Abatutsi b’intagondwa bamwe bamwe, bamye barangwa n’agatima kabi ko kudashaka kubana n’Abahutu mu Burundi. Inzingo, ishari, akazikira n’umujinya niryo ragi ryabo. Kubona rero ko batashoboye gushika kuco bashatse muriyo myaka yose, ubu bariko bararibwaribwa. Amaraso y’Abahutu yose basheshe ariko arabagiriza ari naco gituma vyabananiye kwizera Umuhutu bacinyije, bagacura bufuni na buhoro.
Ihibambewe! Nimusubize amero mw’isaho mutekane, Uburundi bwaragarukiwe, bwarabogowe n’Ingabo nyakuri z’Uburundi zirongowe na Nyakwubahwa Petero Nkurunziza. Imana nimuhezagire. Batutsi benewacu, ivyiyumviro n’imigambi igayitse mufise vyarataye agaciro n’igihe. Nimutekane kuko intsinzi y’Abahutu, niyo ntsinzi y’Abatutsi n’Abatwa. Ndabibabwiye muvyumve, ntamaraso y’Umurundi azigera asubira guseswa mugihugu c’u Burundi, nta jenoside izoba! Ntahonyabwoko ry’Abatutsi murota muzigera mubona mugihu c’Uburundi; abatutsi reke guhenda amakungu! Ego, ivyiyumviro n’ingendo vyanyu birerekana ko arico mushaka, ariko mwebwe n’abahanuzi banyu nka Kagame ntavyo muzigera mubona. Niba Umututsi acibuka ukugene Umuhutu yamwakiriye igihe yashika mu Burundi yiragiza inka n’ubu ntacahindutse. Abahutu, Abatwa n’Abatutsi twese turi abene gihugu kiretse hamwe mwoba mutabishaka nkuko mutigeze muhengeshanya kuvyerekana.
Aho naho rero nobabwira nti nimwikurire meza Uburundi s’ubwanyu, muje mu Rwanda iwanyu data.
Nta Burundi bw’Abatutsi gusa buzigera bubaho; na ba sogokuruza banyu babayeho imbere ya Micombero, Bagaza, Na Buyoya vyarabataye kuwamazi.