Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27871

KUBITA MUJERI NTIZISINZIRIYE
…………………………………
Amakuru duhabwa na camera zacu ahohakurya murwanda nuko zamujeri zigumazikora amanama y’urutavanako. Uburero izomujeri zafunditse kozigiyekubandanya yamigambi yaboyokwica canecane indongozi nkurunkuru zishoboyeguhamvya nkukozamye zibikora. Amayira zicamwo nkeyazihanuka mumakambi yomuri Tanzanie nka Mutenderi na Nyarugusu izindo nyishi zikava muburundi canecane muriyamakaritiye zuzuyemwo nomuntara ya Bururi. Inama zabo nyishi ngozikorerwa mu burundi cane cane bujumbura mumakaritiye atakoze imigu
uko nka za mutanga na gasenyi mukujamwizonama hagendayo umwumwe kandizikaba canecane kumurango. Bahejeje ayomanama bacabapangana ukuntu bazojabuka murwanda bakagenda bakebake mpaka bagashikayo aho bacabakora icobita ‪#‎formation_militaire‬ ahomurwanda. Bahejeje iyoformation bacabafata amayira yoguca muri CONGO ahobicabiborohera kwinjira muburundi muturwiturwi.