Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27860

Barundi, BARUNDIKAZI!
====================
Muntumbero yo gushigikira inzego z Igihugu hamwe no kwiyamiriza inteko mva makungu nkuko mumaze iminsi mukurikirana inyifato y’igihugu cubu Faransa; aho kiguma gisaba inama y’umutekano kw’isi ngo harungikwe inteko z’igipolisi mpuzamakungu ngo kize guhagarikira amahoro n’umutekano mu gihugu cacu. Aho mwomenya ko hanyegejwe vyinshi tutarinze kuvuga nka kumwe kwa ‪#‎MAPROBU‬.
.
Abarundi bose cane cane abanyagisagara, muratumiwe kuruyu wa gatandatu mu rugendo rwo kwiyamiriza ico gihugu c’ubufaransa.Tukazohurira twese kuri place de l’indépendance 7h30 zo mu gitondo.Urwo rugendo ruzodushikana kucicaro c’ubuserukizi bw’ico gihugu (Ambassade de France), aho tuzobumvisha ko ahubwo umutekano aribo bawukeneye.
.
Bwire bose bazosidukane n’iyonka twiyamirize bimwe bikomeye uyo mugambi ugayitse. PartageZ ce message

PAR Muhiza Trump Médard