Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27857

Itarike 23/07/2016 Mu Nkambi Y’ Impunzi Z’ Abarundi Mugihugu C’ Ubugande Harabaye Inama Yogutegura Ibitero Ku Burundi Mu Matarike Aheza Ukwezi Kwi 7 Gushika Mukwezi Kwu 8. Iyo Nama Yarimwo Imisore Myinshi Yaba Tutsi Yaje Ivuye Mu Rwanda, Mwiyonama Hafunditswe Ibi Bikurikira. 1. Abagwanyi Kuva Mugihugu C’ Ubugande Bakaja Mugihugu Ca Kongo. 2. Bamaze Gushika Muri Kongo Kurubibe Rw’ Uburundi Na Kongo Hazoza Hajabuka Bakebake Binjira Mu Burundi Gushika Aho Bose Binjira Mu Burundi. 3. Bahejeje Kwinjira Bazohurira Mu Bibanza Vyateguwe Mu Ntara Za CIBITOKE, BUBANZA, BUJUMBURA, MAKAMBA Bace Batangura Kugaba Ibitero, Murico Gihe Amakungu Azoca Avahasi Afate Ingingo Zihuta Zokurungika Ingabo Mpuzamakungu MAPROBU Mu Burundi. 4. MAPROBU Ishitse Mu Burundi Mission Yayo Nukureka Aba Rebelles Batere Akajagari Hama Icibafasha Gusenyura Leta Ya Nkurunziza Pierre. 5. Kwica Abategetsi Bomunzego Za Leta. Ubu Ndababwira Ibi Aba Rebelles Bamwe Barinjiye Mwijoro Ryitarike Za 25/07/2016 Abajejwe Umutekano Mukore Akazi Bihagije.