Rwanda Forums Rwanda Facts The Rwanda Big Lie Reply To: The Rwanda Big Lie

#27780

Nkuko Twabibeme Reye Kuma Tohoza Twandi Tse Ko Mandela Akunda Kubaha Amakuru Yafashwe Akicwa Twasanze Akiriho Bishe Abandi Biketse Kwa Rimandera Ariko Nawene Aronderwa Cane Imana Imurinde Abobamenja Kandi Yicunge Mbere Turasavye Amashira Hamwe Amukure Ahari Ikindi Harabase Ihonyangwa Ryamasezeranoya Arusha Nibwirizwa Shingiro Bareka Gukora Ngo Onu Canke Ubumwe Bwa Afrika Buzo Dufasha Bamenye Kwamakungu Afasha Uwifashije Kandi Akimuhana Kaza Imvura Ihise Abandi Ngodusenge Imana Izo Dutabara Imana Yaduhaye Ubwenge Tubukoreshe Dukore Dusenge Nayo Iduheza Gire Kuvyo Twakoze Bibwirwa Beshi Bikumva Benevyo Kandi Mwibuke Mubitabo Vyeranda Kono Kubami Ingwano Zahaba Umwamiyi Gize Kagarara Haka Ba Ingwano Agacindwa Kandi Ureka Gusesera Amaraso Igihugu Canke Ukuri Ubunyegeri Bukayanwe Ra Ubusa Mumenye Kotwebwe Kungwano Turi Karuhariwe Iyo Turiko Dutakambira Amakungu Adutwenga Kuza Gutabara Natwe Dutabara Abandi Jewe Nkumurundi Ndakeza Umukuru Wurwanda Kagame Yitangiye Urwanda Raba Aho Ageze Hateye Igomwe.