Rwanda › Forums › Burundi › Burundi Today › Reply To: Burundi Today
“UBUTUMWA KUBAGORE BOSE NABAKOBWA BITWA ABAKRISTO”
MUHIMPUNDU LAMBERT WATSAPP +256773704653.
AMAHORO nimigisha bibe kubari mwisi mwese cane cane abafise inzara ninyota vyo kugororoka kuko aribo bazohazwa.
Ariko kandi amahoro n’imigisha bibe kubarundi nabarundikazi bashasha aribo bagiye kwinjira UBURUNDI BUSHASHA igihugu c’Amata n’Ubuki kitazotwagwa n’Imigambwe n’Amoko.
Ego murashaka gutabagwa, none kuki musuzugura Imana? Kandi mwirigwa munsengero?
Ego mugomba ijuru kuki musuzugura nyeneryo?
Muragomba kwinjira UBURUNDI BUSHASHA. None kuki musuzugura uwuje gutabara Abarundi?
Ubutumwa bwihuse. Ngo gezaho gezaho gezaho. Ninde yababwiye kwambara nkabagabo? Mbega murabagabo? Mbega bibiriya ntibuza umugore wese numukobwa kwambara ipantalon nutu muni?
GUSUBIRA MUVYAGEZWE 22 :5
Mbega iyo mitsatsi mutsiba bibujijwe mukibwira Imana ibishimira murihenda.
1TIMOTEYO 2:8-10.
1Petero 3:3-4.
Mwabagore, Nwabakobwa nimugezaho. Nimugezaho kuko uwukigira ivyo wese agiye kubona ibara kuko mwaburiwe kenshi murasuzugura.
Rero kuko mwasuzuguye Imana nayo igiye kubereka ko atawuhwanye nayo.
Bamwe bazofatwa kunguvu nabagwanyi bategwe sida, nibindi bihano mbere abandi bicwe bahejeje gusambanywa.
Uwumva yumve uwanka yanke.
Kubaho ubu gusa nayo UBURUNDI BUSHASHA bwo nturimwo canke uhitemwo ijuru NUBURUNDI BUSHASHA. Ivyo navyo nivyabumviye ijambo ryImana. Murakoze.
Mutwariza amabere namatako hejuru hama ngo muraba KRISTO? Oya oya. Murabawamubi.
Muri abakozi ba Anti-christo kuko niwe agwanya Kristo. Niwe agwanya bibiriya.
Mureke kwirema agatima mugarukire IMANA bigishoboka.
Ivyo murabikora igahora. Mugasubira igahora mukibaza ngo irabishimira? Iraje ibigaragaze.
Ubu butumwa mubushikirijwe kandi na :
Ministeri y’Ivugabutumwa yitwa “UBURUNDI BUSHASHA” Ivyabona vya KRISTO I YERUSAREMU i Yudaya ni ISAMARIYA no kugeza kumera Z’ISI.
Niyo kandi :
Ministere chretienne “UBURUNDI BUSHASHA” Les temoins du CHRIST, a Jerusalem, a Jude, a Samaritin et au monde entier.
Canke mugaca kuri Watsapp +256773704653.
Canke mukadutelefona kurizi numero zikurikira :
+25779487051, +25775487051, +256773704653, +250789922473.
Canke mugaca kuri Email yacu ariyo :