Rwanda Forums Burundi Burundi Today Reply To: Burundi Today

#27610

Mugutorera inyishu y’ingorane canke y’ikibazo kanaka haba kwirengagiza bimwe bimwe” Mugihe Muburundi hari ukutumvikana muri POLITIQUE hari bamwe na bandi batabona kazoza ka Politique y’Uburundi Mugihe umwe wese abonako ahambaye. aho nimugihe Mu nama y’abakuru b’ibihugu vy’akarere ka EAC yimirije kuzobera i Dar- es-salam muri Tanzaniya kuwa 11 zukw’9 n’uko umuhuza mu biganiro bimaze imisi bihuza abarundi #B_ Mkapa mu rupapuro rw’inzira azorungikira abo bakuru b’ibihugu hategekanijwe ko hoba Leta y’Ubumwe ihurikiwemwo bose n’ukuvuga ubutegetsi bw’i bujumbura hamwe n’urunani CNARED,harimwo nabamwe Mubanyepolitique batandukanye tutibagiye n’imigwi yafashe ibigwanisho aho umuhuza ategekanya kubashikiriza ico ciyimviro cuko hoba Reta ihurikiyemwo bose,atari Reta Mfatakibanza nkuko abatavuga rumwe na Reta y’ibujumbura bamye bashaka. ariko Urunani CNARED rukaba rwamaze kugaya ico ciyumviro c’umuhuza mwitangazo rwasohoye.”Muti Umuti nuwuhe?” Fyonda kuri J’aime kuri Page IJISHO RYAWE HAFI YAWE unagire Partage.